HYMNE NATIONAL


HymneDrapeau


Hymne national (adopté en 1962) : Burundi Bwacu (Notre Cher Burundi). Paroles de Jean-Baptiste Ntahokaja; musique de Marc Barengayabo.

Burundi Bwacu
Burundi Buhire
Shinga icumu mu mashinga
Gaba intahe y’ubugabo kubugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka.
Uhagurukana,
Uhagurukana,
Uhagurukana ubugabo urikukira,
Ukomerwa amashi n’amakungu,
Uhabw ‘ impundu n’abawe
Isamirane mu mashinga. (bis)

Burundi bwacu ragi rya basokuru
Ramutswa intahe n’ibihugu
Ufatanije ishaka n’ubuhizi.
Vuza impundu
Wiganzuye uwakuganza. (bis)

Burundi bwacu,
Nkora mutima kuri twese
Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima
Imana yakuduhaye ikudutungire.

Horana ubumwe n’abagabo n’itekane.
Sagwa n’urweze
Sagwa n’amahoro meza.


 

.

Événements

CALENDRIER

Lun Mar Mer Jeu Ven Sam Dim
1
2
3
4
5
6
7
8
9
10
11
12
13
14
15
16
17
18
19
20
21
22
23
24
25
26
27
28
29
.

Nos autorités

Chef du Cabinet
Gérard NIBIGIRA
Conseiller Socio-Culturelles
Conseiller chargé de l'Administration et des finances
Conseiller chargé du Développement
Conseiller juridique
.

Vos suggestions

.

Publicités

Sun Set Hotel
Hotel Tropitel
Profitez notre hspitalité à bas prix
Helena Hotel
Baisse des chambres à 5%
Miss Queen Ngoma
Edition 2023
.

Prévisions météo

booked.net
.

Taux de change


12386045
Today
Yesterday
This Week
Last Week
This Month
Last Month
6514
7110
31900
12309205
289203
496417

Visitors Counter

Contactez-nous


  •   Add: GITEGA BURUNDI
  •   Tel-Fix: (+257) 224012
  •   Tel-Mob: (+257) 79224012
  •   Email: gitegaduburundi@gmail.com

Copyright © 2023 | Province GITEGA | Tous Droits Réservés
Powered by I J Hervé & S Fidele